Matayo 18:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe7 Isi iragowe kuko yuzuye ibituma abantu bacumura! Kandi ivyo ntibizokwigera bireka kubaho; ariko aragowe umuntu abizana! အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Isi izobona ibara kubg’ ibitsitaza, kukw ivyo bitsitaza bitazobura kuza, arik’ uyo muntu azana igitsitaza azobona ibara. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |