Matayo 18:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Nihagira umuntu atuma umwe muri aba bato banyizera acumura, ikimukwiye ni uko yoboherwa urusyo kw’izosi, agakororerwa i bwina mu kiyaga. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Arik’ ūzotsitaza n’umwe mur’ abo bato banyizera, icoroshe n’uko yohambirirwa urusyo ruremereye kw izosi, akadobezwa i bgina mu kiyaga. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |