Matayo 18:35 - Bibiliya mu Kirundi coroshe35 Uko ni ko na Data wo mw’ijuru azobagirira nimutaharira bene So bivuye ku mutima.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)35 Na Data wo mw ijuru ni kw azobagirira, ni mutāharirana, umuntu wese ngw aharire mugenzi we bivuye mu mutima. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |