Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 18:34 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

34 Maze shebuja aca araraka cane, amuta mw’ibohero kugira ngo azoveyo arishe umwenda wiwe wose.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

34 Shebuja araraka, amuhereza abasoda, gushitsa ah’ azokwishurira ivy’ amufitiye vyose.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 18:34
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ariko aranka. Ahubwo aramujana bamushira mw’ibohero kugira ngo azoveyo arishe umwenda wiwe wose.


none ntiwari ukwiye kugirira imbabazi mugenzawe nk’uko nanje nazikugiriye?’


Uko ni ko na Data wo mw’ijuru azobagirira nimutaharira bene So bivuye ku mutima.”


Kuko Imana mu guca imanza, abatazogirirwa imbabazi ni abanse kuzigirira abandi. Ariko abagira imbabazi bazozigirirwa, kuko imbabazi zirengeye urubanza!


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ