Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 18:33 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

33 none ntiwari ukwiye kugirira imbabazi mugenzawe nk’uko nanje nazikugiriye?’

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

33 none nawe ntiwar’ ukwiye kugirira imbabazi mugenzawe, nk’uko nanje nazikugiriye?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 18:33
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Shebuja avyumvise ahamagara wa mukozi yahebera umwenda munini amubwira ati: ‘Wa mukozi mubi we! Warantakambiye ndaguhebera umwenda wawe wose,


Maze shebuja aca araraka cane, amuta mw’ibohero kugira ngo azoveyo arishe umwenda wiwe wose.


Harahiriwe abagira imbabazi, kuko na bo bazozigirirwa.


Uduharire ivyaha vyacu, nk’uko natwe duharira abaducumuyeko.


Mugiranire neza kandi mubabarane, mwongere muharirane nk’uko Imana yabahariye muri Kristo.


Mushigikirane kandi mubabarirane iyo umuntu agize ico apfa na mugenziwe. Mubabarirane nk’uko Umwami Yesu yabababariye namwe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ