Matayo 18:32 - Bibiliya mu Kirundi coroshe32 Shebuja avyumvise ahamagara wa mukozi yahebera umwenda munini amubwira ati: ‘Wa mukozi mubi we! Warantakambiye ndaguhebera umwenda wawe wose, အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)32 Buno shebuja aramuhamagaza, aramubgira, ati Wa muntu mubi we, naguhebeye wa mwenda wose aho wantakambira: အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |