Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 18:28 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

28 Uwo mukozi agisohoka ahura na mugenziwe bakorana amuheraniye idenariyo ijana. Amufata mw’izosi atangura kumunigura ati: ‘Ndiha umwenda umfitiye ningoga!’

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

28 Uno muntu asohotse, abona mugenzi we yamurīriye umwenda w’idenariyo ijana; aramufata, amugwa mu gahogo, ati Nyishura ivyo umperaniye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 18:28
15 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Shebuja amutera ikigongwe, amuhebera uwo mwenda wiwe, aramurekura aragenda.


Mugenziwe apfukama imbere yiwe, aramwinginga ati: ‘Mbabarira unyihanganire, nzokwishura umwenda ndagufitiye wose!’


Maze bumvikana ko aja kubahemba idenariyo imwe kuri uwo musi, hanyuma arabarungika mu ruzabibu rwiwe.


Iyo agurishwa yari kuvamwo idenariyo zirenga amajana atatu, maze ayo mafaranga agafasha aboro.” Banegura cane ivyo uwo mugore akoze.


Yesu arabishura ati: “Nimubagaburire mwebwe nyene.” Na bo baramubwira bati: “Mbega twokura hehe idenariyo amajana abiri zo kugura ivyokurya bikwiye aba bantu?”


Bukeye asokorora idenariyo zibiri azisigarana uwujejwe iyo nzu, amubwira ati: ‘Uwu muntu mumwiteho cane. Ninagaruka nzoriha ayo muzoba mwakoresheje arenga kuri aya.’


Yesu aca amucira umugani ati: “Habaye muntu yaguranye idenariyo abantu babiri; umwe amuha ibihumbi amajana atanu, uwundi ibihumbi bitanu.


Filipo aramwishura ati: “Naho tworonka idenariyo amajana abiri, ntitwokuramwo ivyokurya bikwiye n’umutamiro w’umwe umwe.”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ