Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 18:27 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

27 Shebuja amutera ikigongwe, amuhebera uwo mwenda wiwe, aramurekura aragenda.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

27 Shebuja w’uyo muntu amugirira akagongwe, aramurekura, amuhebera wa mwenda amufitiye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 18:27
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Uwo mukozi agisohoka ahura na mugenziwe bakorana amuheraniye idenariyo ijana. Amufata mw’izosi atangura kumunigura ati: ‘Ndiha umwenda umfitiye ningoga!’


Shebuja avyumvise ahamagara wa mukozi yahebera umwenda munini amubwira ati: ‘Wa mukozi mubi we! Warantakambiye ndaguhebera umwenda wawe wose,


Abonye ata n’umwe muri abo ashoboye kumwishura, aca ayabahebera bompi. None ni nde muri abo babiri azomukunda cane?”


Simoni na we arishura ati: “Nibaza ko ari uwo yahebewe menshi.” Yesu aca amubwira ati: “Wishuye neza.”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ