Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 18:26 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

26 Uwo mukozi yikubita imbere ya shebuja aramupfukamira, amubwira ati: ‘Mbabarira unyihanganire, nzokwishura umwenda ndagufitiye wose!’

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

26 Wa muntu yikubita hasi, amwitembagaza imbere, ati Mwami, nyihanganira, nzokwishura vyose.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 18:26
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Mugenziwe apfukama imbere yiwe, aramwinginga ati: ‘Mbabarira unyihanganire, nzokwishura umwenda ndagufitiye wose!’


Binjiye mu nzu, babona uwo mwana ari kumwe na nyina Mariya, barapfukama baramusenga. Hanyuma batekurura udusaho turimwo ivy’agaciro bagendanye babimuhako ishikanwa rigizwe n’inzahabu, n’utundi tuntu tumota neza.


Maze haza umuntu arwaye imibembe, apfukama imbere yiwe, amubwira ati: “Mwami, ubishatse, woshobora kunkiza ngahumanuka.”


Simoni na we arishura ati: “Nibaza ko ari uwo yahebewe menshi.” Yesu aca amubwira ati: “Wishuye neza.”


Kuko batatahuye inzira ituma abantu bemerwa n’Imana nk’abagororotsi, bakanka no kwisunga iyo nzira, baciye bicira inzira yabo yo kwemerwa n’Imana mu kugerageza kwubahiriza ivyagezwe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ