Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 18:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

25 Kubera atari ashoboye kumwishura, shebuja ategeka ko umugore wiwe, n’abana bagurishwa hamwe n’ivyo bafise vyose kugira ngo umwenda wiwe wishurwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

25 Ariko kukw atar’ afise ico yishura, shebuja agera ko bamugura, n’umugore, n’abana, n’ivy’ afise vyose, ng’ umwenda wishurwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 18:25
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Agitanguye, bamuzanira umuntu amuheraniye italanto ibihumbi cumi.


Abonye ata n’umwe muri abo ashoboye kumwishura, aca ayabahebera bompi. None ni nde muri abo babiri azomukunda cane?”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ