Matayo 18:23 - Bibiliya mu Kirundi coroshe23 Ni co gituma Ubwami bw’ijuru bumeze nk’umwami yagomvye kumenya ubutunzi yabikije abakozi biwe uko bwifashe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)23 Ni co gituma ubgami bgo mw ijuru busa n’umwami yagomvye gusuzuma ivyo yabīkije abantu biwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |