Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 18:22 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

22 Yesu aramwishura ati: “Sindababwiye incuro indwi, ariko incuro mirongo irindwi kugwiza indwi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

22 Yesu aramubgira, ati Jeho sinkubgira yuk’ ugeza indwi, arik’ ugeze indwi‐indwi gushitsa ibihetangabo mirongwirindwi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 18:22
13 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ni co gituma Ubwami bw’ijuru bumeze nk’umwami yagomvye kumenya ubutunzi yabikije abakozi biwe uko bwifashe.


Ariko imbere y’uko mutangura gusenga, mubanze mubabarire umuntu wese yabacumuyeko, kugira ngo So wo mw’ijuru na we abaharire ivyaha vyanyu. [


Ikibi ntikikakuneshe ngo abe ari co ukora, ariko ukinesheshe gukora iciza.


“Ugushavura kwanyu ntikubakoreshe icaha,” kandi izuba ntirirenge mugishavuye,


Mwiyambure umururazi wose, ubushangashirwe, uburake, ugutongana n’ugutukana, hamwe n’ibindi bibi vyose.


Mushigikirane kandi mubabarirane iyo umuntu agize ico apfa na mugenziwe. Mubabarirane nk’uko Umwami Yesu yabababariye namwe.


Ndashaka ko abagabo aho bari hose basenga badugije ibiganza vyera, bataratse, batagira ibihari.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ