Matayo 18:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe21 Hanyuma Petero araza abaza Yesu ati: “Mwami, mbega mugenzanje ancumuyeko, nzomuharira kangahe? Incuro indwi?” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)21 Maze Petero aza kuri we, aramubgira, ati Mushingantahe, incuti yanje ni yangirira nabi, nzomuharira ngeze kangahe? Ngeze indwi? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |