Matayo 18:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe18 Ndababwire ukuri, ico muzoboha kw’isi cose kizoba kiboshwe no mw’ijuru, kandi ico muzobohora kw’isi cose kizoba kibohowe no mw’ijuru. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Ndababgire ukuri: Ivyo muzohambira mw isi vyose bizoba bihambiriwe mw ijuru; kand’ ivyo muzohamburura mw isi vyose bizoba bihamburuwe mw ijuru. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |