Matayo 18:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe16 Ariko, niyanka kukwumviriza, urondere abandi bene So, ari umwe canke babiri, kugira ngo ukore nk’uko ivyagezwe biri, aho bivuga ngo: ‘urubanza rwose ruze rucibwe habanje kwumvirizwa ivyabona bibiri canke bitatu.’ အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 Ariko n’atakwumvira, ujane umwe canke babiri, kugira ngw ijambo ryose rize riringanizwe, bivuye mu kanwa k’ivyabona bibiri canke bitatu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |