Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 18:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

13 Kandi ayitoye, ndababwira ukuri ko yoyinezerererwa cane naho yari asanganywe izindi mirongo icenda n’icenda zitari zazimiye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 Kand’ iy’ ayibonye, ndababgira ukuri yukw ayinezererwa kuyirutisha zimwe mirongwicenda n’icenda zitāzimiye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 18:13
14 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Mbega ndababaze umuntu atunze intama ijana hanyuma imwe muri zo ikazimira, yokora iki? Ntiyosiga mirongo icenda n’icenda ku musozi akaja kurondera iyo imwe yazimiye?


Uko ni ko na So wo mw’ijuru atagomba ko hagira n’umwe muri barya bato azimira.


Urukundo ntirunezerererwa ikibi, ariko runezererwa ukuri.


Kuko Imana mu guca imanza, abatazogirirwa imbabazi ni abanse kuzigirira abandi. Ariko abagira imbabazi bazozigirirwa, kuko imbabazi zirengeye urubanza!


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ