Matayo 18:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Mwirinde ntimugakengere umuntu n’umwe muri aba bato, kuko ndababwira yuko abamarayika babo bama bahanze amaso Data wo mw’ijuru. [ အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Mwirinde ntimukēngēre n’umwe mur’ aba bana bato: ndababgira yuko mw ijuru abamarayika babo bama barāba mu nyonga ha Data wo mw ijuru. [ အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |