6 Abigishwa bumvise iryo jwi, bagira ubwoba bwinshi, bituma bagwa hasi bubamye.
6 Abigishwa bavyumvise, bubama hasi baratinya cane.
Akiriko aravuga, haza igicu cera derere kirabatwikira. Hanyuma ijwi ryumvikanira muri ico gicu, rivuga riti: “Uwu ni Umwana wanje nkunda cane kandi ampimbara. Nimumwumvirize!”
Maze Yesu arabegera abakorako, ababwira ati: “Nimuve hasi, nta co mutinya.”
Maze ngwa hasi hanyuma numva ijwi rimbarira riti: ‘Sawuli! Sawuli! Uriko umpamira iki?’
Twese duca tugwa hasi, maze numva ijwi rimbarira mu Giheburayo riti: ‘Sawuli, Sawuli, uriko umpamira iki? Nta wukubita umugere ku muhunda.’
Twebwe ubwacu twariyumviye iryo jwi ryavuye mw’ijuru igihe twari kumwe na we kuri wa musozi wejejwe.