Matayo 17:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe5 Akiriko aravuga, haza igicu cera derere kirabatwikira. Hanyuma ijwi ryumvikanira muri ico gicu, rivuga riti: “Uwu ni Umwana wanje nkunda cane kandi ampimbara. Nimumwumvirize!” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Akivuga, haza igicu gikayangana, kibatera igitūtu; kand’ ijwi riva muri nya gicu, riti Nguyu Umwana wanje nkunda, akampimbara; ni mumwumve. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |