Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 17:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

25 Petero arabishura ati: “Egome araritanga.” Petero yinjiye mu nzu, Yesu aramwitanga, amubaza ati: “Wiyumvira iki ga Simoni? Ni ba nde baha abami bo muri iyi isi amakori n’amatagisi? Ni abana babo canke ni abandi bantu?”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

25 Binjiye mu nzu, Yesu aramwitanga, aramubaza, at’ Ugira ngw iki ga Simoni? Abami bo mw isi babugurisha canke batoza abahe? N’ababo canke n’abandi?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 17:25
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Petero aramwishura ati: “Ni abandi bantu.” Yesu aramubwira ati: “Urumva rero ko abana batariha ikori.


None rero tubwire ico wiyumvira: Mbega ivyagezwe vyacu biratwemerera gutanga ikori rya Kayisari, canke ntibibitwemerera?”


Nyereka igiceri mukoresha mu kuriha ikori.” Bamuzanira idenariyo, igiceri c’Abaroma,


Baramwishura bati: “Ni ivya Kayisari.” Aca ababwira ati: “Nuko rero ivya Kayisari nimubihe Kayisari, ivy’Imana na vyo mubihe Imana.”


Yesu aramwishura ati: “Reka tubikore gutyo, kuko bikwiye ko dushitsa ibigororotse.” Yohana aca yemera kumubatiza.


None rero tubwire: biremewe gutanga ikori rya Kayisari, canke ntivyemewe?”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ