Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 17:24 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

24 Yesu n’abigishwa biwe bashitse i Kaperinawumu, abatoza ikori ry’urusengero rigizwe na darakuma zibiri baza aho Petero ari, bamubaza bati: “Mbega umwigisha wanyu ntatanga ikori ry’urusengero?”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

24 Bashitse i Kaperinawumu, abatoza ikori ry’urusengero baza kuri Petero, baramubaza, bati Harya Umwigisha wanyu ntatanga ikigabane ca shekeli? Na we at’ Ego me, aragitanga.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 17:24
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nimwakunda ababakunda gusa, n’iki cotuma muhabwa impera n’Imana? Mbega abatozakori bo si uko babigenza?


Nuko bashika i Kaperinawumu. Ashitse mu nzu abaza abigishwa biwe ati: “Mbega mwariko muharira ku ki igihe twari mu nzira tuza?”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ