Matayo 17:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe15 Aramubwira ati: “Mwami, girira impuhwe umuhungu wanje, kuko arimwo idayimoni itera intandara kandi arababaye cane. Ni kenshi imuta mu muriro canke mu mazi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 ati Mwami wanje, girira ikigongwe umwana wanje, kukw arwaye intandara, arasinzikaye cane. Kuko kenshi na kenshi agwa mu muriro no mu mazi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |