Matayo 16:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe9 Mbega n’ubu ntimuratahura? Ntimwibuka ya mikate itanu yagaburiwe abantu ibihumbi bitanu, na vya biseke mwegeranya. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Ntimuraruha mubimenya, ntimwibutse ya mitsima itanu ku bihumbi bitanu, n’ibisimbo mwatororokanije uko vyangana? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |