7 Maze abigishwa bavugana hagati yabo bati: “Ivyo abivuze kubera tutazanye imikate.”
7 Bībūranya bati Ntitwatekeye imitsima.
Yesu arababwira ati: “Mube maso, mwirinde umwambiro w’Abafarisayo n’Abasadukayo.”
Yesu amenye ivyo bariko baravugana, arababaza ati: “Mwa bantu b’ukwizera guke, ni kuki muriko muvuga ko mudafise imikate?
Mbega umubatizo wa Yohana wavuye he? Ku Mana yo mw’ijuru canke ku bantu?” Baravugana hagati yabo bati: “Nitwavuga tuti: ‘Wavuye mw’ijuru,’ ahava atubaza ati: ‘None ni kuki mutizeye ivyo Yohana yavuze?’
Nuko babigumya nk’ibanga, bibaza ico “ukuzuka mu bapfuye” bisigura.
Bakiriko baraganira bahanahana ivyiyumviro, Yesu aca arabegera ajana na bo.
Maze haduka impari hagati mu bigishwa bashaka kumenya umukuru muri bo.
Petero na we yishura ati: “Oyaye Mwami, ntibikabe! Kuko jewe ntigeze ndya ikintu na kimwe gihumanye.”