Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 16:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

5 Bashitse hakurya y’ikiyaga, abigishwa biwe basanga bibagiye gutwara imikate.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Abigishwa bafata hakurya, bāri bibagiye gutekera imitsima.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 16:5
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yesu amaze gusezera abantu, afata ubwato, aja mu ntara ya Magadani.


Abantu ba kino gihe babi kandi b’abasambanyi ni bo basaba ikimenyetso! Ariko nta kindi kimenyetso bazohabwa kiretse ikimenyetso c’uwavugishwa n’Imana Yona.” Maze Yesu aca abasiga ngaho arigira.


Yesu arababwira ati: “Mube maso, mwirinde umwambiro w’Abafarisayo n’Abasadukayo.”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ