Matayo 16:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Abantu ba kino gihe babi kandi b’abasambanyi ni bo basaba ikimenyetso! Ariko nta kindi kimenyetso bazohabwa kiretse ikimenyetso c’uwavugishwa n’Imana Yona.” Maze Yesu aca abasiga ngaho arigira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Ab’ igihe kibi c’ubumaka barondera ikimenyetso, kandi nta kimenyetso bazohabga, atar’ ikimenyetso ca Yona. Abasigaho, arīgīra. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |