Matayo 16:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe3 kandi iyo bukeye, muravuga muti: ‘Uno musi ikirere ntikiza kuba ciza kuko ijuru ryiraburaniwe.’ Murazi kugenzura ikirere mukurikije uko ijuru risa, ariko ntimuzi kugenzura ibimenyetso vy’ibihe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 Mu mutwenzi, muravuga muti Hagira hafurungane, kukw ijuru ryirasiye, kandi ryiraburaniwe. Murazi kugenzura ijuru uko risa, arikw ibimenyetso vy’ibihe ntimuzi kubigenzura. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |