Matayo 16:26 - Bibiliya mu Kirundi coroshe26 Mbega umuntu vyomumarira iki yungutse ivyo mw’isi vyose, ariko agatakaza ubugingo bwiwe? Canke umuntu yotanga iki kugira ngo acungure ubugingo bwiwe? အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)26 Kand’ umuntu vyomumarira iki kwunguka ivyo mw isi vyose ni yākwa ubugingo bgiwe kw icīru? Cank’ umuntu yotanga iki ngw acungure ubugingo bgiwe? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |