Matayo 16:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe19 Nzoguha impfunguruzo z’Ubwami bw’ijuru; ico uzoboha cose kw’isi, kizoba kiboshwe no mw’ijuru, kandi ico uzobohora kw’isi cose, kizoba kibohowe no mw’ijuru.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 Nzoguha impfunguzo z’ubgami bgo mw ijuru: kand’ ico uzohambira mw isi kizoba gihambiriwe mw ijuru; n’ico uzohamburura mw isi kizoba gihamburuwe mw ijuru. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |