Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 16:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

15 Aca arababaza ati: “None mweho, muvuga ko ndi nde?”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

15 Arababaza, at’ Ariko mweho, mugira ngo ndi nde?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 16:15
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yesu arabishura ati: “Ni mwebwe mwahawe kumenya amabanga y’ivy’Ubwami bw’ijuru, ariko bo ntibabihawe.


Baramwishura bati: “Bamwe bavuga ngo uri Yohana Umubatizi; abandi ngo uri Eliya, abandi na bo ngo uri Yeremiya canke umwe mu bandi bavugishwa.”


Simoni Petero aramwishura ati: “Uri Kristo, Umwana w’Imana nzima.”


Arababaza ati: “None mweho muvuga ko ndi nde?” Petero arishura ati: “Uri Kristo.”


Aca arababaza ati: “None mweho muvuga ko ndi nde?” Petero aramwishura ati: “Uri Kristo yaje ava ku Mana.”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ