Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 16:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

14 Baramwishura bati: “Bamwe bavuga ngo uri Yohana Umubatizi; abandi ngo uri Eliya, abandi na bo ngo uri Yeremiya canke umwe mu bandi bavugishwa.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

14 Na bo bati Bamwe bagira ng’ uri Yohana Umubatizi, abandi ng’ uri Eliya, abandi ng’ uri Yeremiya cank’ umwe mu bavugishwa n’Imana.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 16:14
14 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

aca abwira abagendanyi biwe ati: “Uwo ni Yohana Umubatizi yazutse mu bapfuye! Ni co gituma afise ubushobozi bwo gukora ibitangaza.”


Aca arababaza ati: “None mweho, muvuga ko ndi nde?”


Hanyuma abigishwa baramubaza bati: “Ni kuki abigisha b’ivyagezwe bavuga ko Eliya ategerezwa kubanza kuza?”


Haciye igihe haza Yohana Umubatizi, yigishiriza mu bugaragwa bw’i Yudaya,


Abandi bavuga bati: “Ni Eliya.” Hariho n’abandi babavuga bati: “Ni uwuvugishwa n’Imana, asa n’umwe mu bavugishwa n’Imana ba kera.”


Baramwishura bati: “Bamwe bavuga ko uri Yohana Umubatizi; abandi ngo uri Eliya; hariho n’abavuga ko uri umwe mu bavugishwa n’Imana.”


abandi bakavuga ngo Eliya yabiyeretse, abandi na bo bakibaza ngo ni umwe mu bavugishwa n’Imana ba kera yazutse mu bapfuye.


Na bo baramubaza bati: “None uri nde? Woba uri Eliya?” Na we ati: “Sindi we.” Na bo bati: “Woba uri wa muvugishwa n’Imana?” Arabishura ati: “Oya.”


Muri iryo sinzi ry’abantu bari aho, hari urusaku rwinshi bavugana ku vya Yesu. Bamwe bavuga bati: “Ni umuntu mwiza.” Abandi bakavuga bati: “Oya, ni umuntu azimiza abantu.”


Nuko basubira kubaza umwe yahoze ari impumyi bati: “None wewe wibaza iki kuri uwo muntu yagukijije ubuhumyi?” Wa muntu arabishura ati: “Ni uwuvugishwa n’Imana.”


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ