Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 15:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

9 Ukunsenga kwabo ntikugira ikimazi; inyigisho zabo ni amabwirizwa abantu bishingiye.’ ”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Bansengera ubusa, Kukw inyigisho bigisha ar’ ivyagezwe n’abantu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 15:9
24 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yesu aca ahamagara isinzi ry’abantu bari ngaho, arababwira ati: “Nimwumvirize kandi mutahure:


Ukunsenga kwabo ntikugira ikimazi; inyigisho zabo ni amabwirizwa abantu bishingiye.’


Ubwo Butumwa ni bwo bubakiza mwumiye ku majambo nababwiye. Ahandi ho ukwizera kwanyu kwoba ari ukw’ubusa.


canke ngo bateshe umwanya abantu mu vy’imigani myinshi n’urukurikirane rudahera rwa ba sekuruza. Ivyo bizana impari, aho gufasha mu gikorwa c’Imana co gukiza, ico tumenya mu kwizera.


Ntibasubire gutega amatwi imigani y’Abayuda, canke amabwirizwa y’abataye ukuri.


Ntimukemere kuzimizwa n’inyigisho z’ivyaduka z’uburyo bwose. Inkomezi z’imitima yanyu ziva mu buntu bw’Imana, ntiziva mu mategeko ajanye n’ivyokurya, kuko bidashobora gufasha ababikurikiza.


Mbega imburabwenge! Ukeneye ikikwemeza ko ukwizera kutagira ibikorwa ata co kumaze?


Ndaburiye umuntu wese yumva amajambo y’ubuvugishwa yo muri uwu muzingo w’igitabu: Nihagira uwugira ico yongeye ku vyanditswe muri uwu muzingo w’igitabu, Imana izokwongera ku vyago vyiwe, ivyago bicanditsemwo.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ