Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 15:39 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

39 Yesu amaze gusezera abantu, afata ubwato, aja mu ntara ya Magadani.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

39 Asezera ishengero, atambukira mu bgato, aja mu gihugu c’i Magadani.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 15:39
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ubwo nyene Yesu abwira abigishwa biwe ngo baje mu bwato babe baragenda bamwitangire imbere mu kujabuka, na we asigare arasezera abantu.


Abafunguye uwo musi bari ibihumbi bine, udashizemwo abagore n’abana.


Nuko abwira abigishwa biwe ngo bamutegurire ubwato kugira ngo abantu ntibamusite,


Ubwo nyene aca aja mu bwato n’abigishwa biwe baja mu karerere ka Dalamanuta.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ