38 Abafunguye uwo musi bari ibihumbi bine, udashizemwo abagore n’abana.
38 Abāriye bar’ abagabo ibihumbi bine, ukūyemw’ abagore n’abana.
Bose bararya barahaga, hanyuma abigishwa begeranya ibiseke indwi vyuzuye utumanyu twasigaye.
Yesu amaze gusezera abantu, afata ubwato, aja mu ntara ya Magadani.