Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 15:37 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

37 Bose bararya barahaga, hanyuma abigishwa begeranya ibiseke indwi vyuzuye utumanyu twasigaye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

37 Bararya bose, barahāga; batororokanya imisigazwa y’utumanyagu, yuzura ibivumvu ndwi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 15:37
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Abigishwa biwe baramubaza bati: “None twokura hehe ivyokurya bikwiye abantu bangana gutya muri kano gahinga?”


Abafunguye uwo musi bari ibihumbi bine, udashizemwo abagore n’abana.


Yahagije ivyiza abashonje, yirukana abatunzi bagenda imbokoboko.


Ariko abigishwa biwe bahengera ari mw’ijoro, bamushira mu giseke, bamucisha mw’idirisha ry’uruzitiro, baramwururutsa.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ