Matayo 15:30 - Bibiliya mu Kirundi coroshe30 Maze abantu isinzi baza aho ari, bazanye abacumbagira, impumyi, ibimuga, ibiragi n’abandi barwayi benshi. Babashira imbere yiwe, na we arabakiza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)30 Abantu benshi baza kuri we bazanye abacumbagira n’ibimuga n’impumyi n’ibiragi, n’abandi benshi, babashira imbere y’ibirenge vyiwe, arabakiza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |