Matayo 15:28 - Bibiliya mu Kirundi coroshe28 Yesu aca aramubwira: “Mupfasoni, ufise ukwizera gukomeye! Ivyo usavye urabihawe.” Maze ako kanya nyene, umukobwa wiwe aca arakira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)28 Buno Yesu aramwishura, at’ Ukwizera kwawe ni kwinshi nyina wanje: bikubere nk’uk’ ugomba. Umukobga wiwe aca akira uwo mwanya. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |