Matayo 15:27 - Bibiliya mu Kirundi coroshe27 Na we aramwishura ati: “Ni vyo, Mwami, ariko n’imbwa na zo ziremerewe kurya utuvunguka dukoroka tuva ku meza za ba shebuja.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)27 Na we ati Nka ko, Mugenzi, kuk’ utubga na two twīrīra utuvunguka dukorokera musi y’ameza ya ba nyene two. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |