25 Wa mugore aca araza apfukama imbere yiwe, aramubwira ati: “Mwami, ntabara!”
25 Amushikiriye aramupfukamira, ati Ntabara se Mugenzi.
Abari mu bwato bose bamuha icubahiro, bavuga bati: “Ni ukuri uri Umwana w’Imana.”
Yesu aramwishura ati: “Si vyiza gufata umukate w’abana ukawuterera imbwa.”
Abantu bari aho barabazibiza ngo bahore, ariko bo barushiriza gusemerera bati: “Mwami, Mwana wa Dawidi, tugirire imbabazi!”
Maze haza umuntu arwaye imibembe, apfukama imbere yiwe, amubwira ati: “Mwami, ubishatse, woshobora kunkiza ngahumanuka.”
Kenshi iyo mpwemu iramuta mu muriro canke mu mazi, ikagerageza kumwica. Nimba woshobora kugira ico ukoze, utugirire impuhwe udufashe.”
Ubwo nyene se wa wa mwana arasemerera ati: “Ndizera! Ariko mfasha kuko mfise ukwizera guke!”