Matayo 15:22 - Bibiliya mu Kirundi coroshe22 Umunyakananikazi wo muri iyo ntara, aza aho ari atakamba ati: “Mwami, Mwana wa Dawidi, ngirira imbabazi! Umukobwa wanje aboshwe n’umudayimoni kandi aramubabaje cane!” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 Umunyakananikazi ava mu ntāra yaho aratakamba, ati Ngirira imbabazi se Mugenzi, Mwana wa Dawidi: umukobga wanje afashwe nabi na dayimoni. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |