Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 15:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

18 Ariko igisohoka mu kanwa k’umuntu kiba kivuye mu mutima, kandi ni co kimuhumanya.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 Arikw ibiva mu kanwa biba biturutse mu mutima, ni vyo bimuhumanya.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 15:18
14 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Mwa bana b’inzoka mwe, mbega mwovuga ivyiza mute kandi muri babi? Erega ivyuzuye mu mutima ni vyo akanwa kavuga.


Icinjira mu kanwa k’umuntu, si co kimuhumanya. Ariko ikiva mu kanwa kiwe, ni co kimuhumanya.”


Ntimuzi ko ikintu cose cinjira mu kanwa kija mu nda hanyuma kigasohoka?


Arongerako ati: “Ibiva mu muntu ni vyo bimuhumanya.


Shebuja aramwishura ati: ‘Ngira ndagucire urubanza mfatiye ku vyo wivugiye wewe nyene, wa mukozi mubi we! Nimba wari uzi ko ndi umuntu agoye, nanura ivyo ntanikiye, nkimbura ivyo ntarimye,


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ