Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 15:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

15 Petero aramubwira ati: “Dusigurire uwo mugani.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

15 Petero aramwishura, ati Dusobanurire uwo mugani.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 15:15
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nimwumvirize ico umugani w’umubivyi usigura:


Hanyuma Yesu asiga abantu ngaho, yinjira mu nzu. Abigishwa biwe baza aho ari, bamubwira bati: “Dusigurire umugani w’urwamfu mu murima.”


Yesu arababaza ati: “Namwe ntimurashobora gutahura?


Nta kintu na kimwe yabigishije adakoresheje imigani. Ariko asigaranye n’abigishwa biwe bonyene, yaca abasigurira vyose.


Yesu amaze kuva aho abantu bari akaja mu nzu, abigishwa biwe bamusaba ngo abasigurire uwo mugani.


Maze abigishwa biwe baramubaza bati: “Ubu rero uriko uvuga udakoresheje imigani.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ