Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 15:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

13 Yesu arabishura ati: “Igiterwa cose Data wo mw’ijuru atateye kizorandurwa.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 Arabishura, at’ Igitewe cose, Data wo mw ijuru atāteye, kizorandurwa.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 15:13
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Hanyuma abigishwa biwe baza aho ari, baramubaza bati: “Mbega urazi ko Abafarisayo bababaye bumvise ivyo uhejeje kuvuga?”


Jewe ndi umuzabibu w’ukuri, Data na we ni we awitaho.


Ishami ryose ryo kuri jewe ritama ararica, ariko ishami ryose ryama ararituturira akarituganya kugira ngo rirushirize kwama.


Uwutagumye muri jewe, ameze nk’ishami riterewe hanze rikuma; amashami ameze nk’iryo barayegeranya bakayaterera mu muriro agasha.


kuko twempi dukorera Imana, namwe muri umurima w’Imana, muri inzu yayo.


Kubana na bo iyo musangira mu misi mikuru y’urukundo nk’abizera ni agatetereza, kandi ivyo babikora ata co basonera. Bameze nk’abungere biragira ubwabo. Bameze nk’ibicu bitagira imvura bikubebwa n’umuyaga. Bameze kandi nk’ibiti bitagira ivyamwa mu gihe c’iyera, vyaranduranywe n’imizi bipfa kabiri.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ