Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 14:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 Uwo mukobwa amaze kwoshwa na nyina wiwe, abwira Herode ati: “Ndasavye umpere kuri iyi sahani umutwe wa Yohana Umubatizi.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Na we amaze kwoshwa na nyina, ati Mpēra ngaha ku mubehe umutwe wa Yohana Umubatizi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 14:8
17 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

awuzana kw’isiniya, awuha wa mukobwa, na we awushira nyina.


bituma amusezeranira ashizeko n’indahiro ko amuha ico amusaba cose.


Maze umwami Herode arababara cane kubera ivyo yavuze, ariko kubera indahiro yari yarahiriye imbere y’abatumire biwe, avuga ko uwo mukobwa bamuha ico asavye.


Wa mukobwa arasohoka abaza nyina ati: “Nsabe iki?” Na we aramwishura ati: “Saba umutwe wa Yohana Umubatizi!”


Ubwo nyene wa mukobwa ariruka asubira aho umwami ari, aramubwira ati: “Nsavye ko umpa ubu nyene umutwe wa Yohana Umubatizi kw’isiniya!”


agaruka awuzanye kw’isiniya, awuha wa mukobwa na we awuha nyina.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ