7 bituma amusezeranira ashizeko n’indahiro ko amuha ico amusaba cose.
7 Ni co catumye amwemerera amurahiye kw amuha ico yomusaba cose.
Ku musi mukuru wo kwibuka ivuka rya Herode, umukobwa wa Herodiya araza atambira abatumire, maze ivyo binezereza Herode cane,
Uwo mukobwa amaze kwoshwa na nyina wiwe, abwira Herode ati: “Ndasavye umpere kuri iyi sahani umutwe wa Yohana Umubatizi.”