4 Yohana yama abwira Herode ati: “Ntivyemewe ko urongora uwo mugore.”
4 Kuko Yohana yari yarabgiye Herode, ati N’ikizira k’umwābiriye.
Kuko Yohana yama abwira Herode ati: “Ntivyemewe ko urongora umugore w’uwo muvukana.”