Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 14:35 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

35 Abantu baho bamenye ko ari Yesu, baca babimenyesha abantu bo muri ako karere, na bo bamuzanira abarwaye babo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

35 Abantu b’aho hantu baramumenya, batumatumanako mur’ ico gihugu cose, bamuzanira abarwaye bose,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 14:35
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Bamaze kujabuka, bashika hakurya ahitwa Genezareti.


Maze baramwinginga ngo yemerere abarwaye bapfume bakora no ku musozo w’impuzu yiwe, kandi ababukorako bose baca bakira.


Baca bakwiragira muri ako karere kose bazana abantu barwaye ku nderuzo, bakabajana aho bumvise ko Yesu ari hose.


Yumvise ijwi rya Petero, aranezerwa cane, aca asubira inyuma yiruka atuguruye, avuga ati: “Ni Petero ari kw’irembo!”


bamenya ko ari umwe yahora yicara asegerereza kw’irembo ry’urusengero ryitwa Irembo Ryiza, barumirwa cane, batangazwa n’ivyamubayeko.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ