34 Bamaze kujabuka, bashika hakurya ahitwa Genezareti.
34 Bamaze kujabuka hakurya, bafata i musozi mu ntāra y’i Genesareti.
Abantu baho bamenye ko ari Yesu, baca babimenyesha abantu bo muri ako karere, na bo bamuzanira abarwaye babo.
Umusi umwe Yesu yari ku nkengera y’ikiyaga c’i Genezareti, akikujwe n’isinzi ry’abantu bariko bumviriza ijambo ry’Imana.