Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Matayo 14:28 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

28 Petero aca aravuga ati: “Mwami, nimba ari wewe, mbwira nze aho uri, ngendagenda ku mazi.”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

28 Petero aramwishura, ati Mushingantahe, asangwa ari wewe, mbarira nze ah’ uri ku mazi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Matayo 14:28
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ariko Yesu arababwira ati: “Humura! Ni jewe; ntimugire ubwoba.”


Yesu aramubwira ati: “Ingo.” Petero aca ava mu bwato, atangura kugendagenda ku mazi aja iyo Yesu ari.


Petero aramwishura ati: “None ko twebwe twasize vyose tukagukurikira, tuzoronka iki?”


Ariko Petero abisubiramwo ashimitse ati: “Sinshobora kukwihakana ngo sindakuzi naho vyonsaba gupfana na we.” N’abandi bigishwa bavuga amajambo nk’ayo.


Simoni Petero aramwishura ati: “Mwami, twokuvako tugakurikira nde? Erega wewe ufise amajambo atanga ubugingo budashira!


Nisunze ubuntu nahawe n’Imana, ndahanuye umuntu wese muri mwebwe ngo ntiyifate uko atari mu kwiyumvira ko ari uwuhambaye, ariko yicishe bugufi mu kwifata uko ari, yisunze urugero rwo kwizera Imana yamuhaye.


Ariko igihe asaba, abe yizeye adakekeranya, kuko umuntu akekeranya ameze nk’umupfunda wo mu kiyaga, uhuhwa kandi uzungagizwa n’umuyaga.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ