Matayo 14:26 - Bibiliya mu Kirundi coroshe26 Abigishwa biwe bamubonye agendagenda ku mazi, bagira ubwoba bwinshi, barataka bavuga bati: “Ni umuzimu.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)26 Abigishwa bamubonye agendesha amaguru hejuru ku kiyaga, basimbga n’umutima, bati N’igihūme; baturishwa ubuku n’ubgoba. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |